Episode 3. Urubanza rwa Maureen, uyu mukobwa w'imwaka 19 yishwe azibaguwe imbugita 62 🔥🔥

12 dic 2021 · 44 min. 49 sec.
Episode 3. Urubanza rwa Maureen, uyu mukobwa w'imwaka 19 yishwe azibaguwe imbugita 62 🔥🔥
Descrizione

Maureen Jacquier yari umwana w’umukobwa yarafise imyaka 19, ariko naho yarakiri muto yaramaze kuronka urupapuro rumuha uburengazira bwo kuba umumecanicien w’indege. Nico kintu yakunda mu buzima bwiwe, ariko indoto ziwe...

mostra di più
Maureen Jacquier yari umwana w’umukobwa yarafise imyaka 19, ariko naho yarakiri muto yaramaze kuronka urupapuro rumuha uburengazira bwo kuba umumecanicien w’indege. Nico kintu yakunda mu buzima bwiwe, ariko indoto ziwe zarahagaze italiki 27 fevrier 2015, umusi yiciweko mu ga studio kiwe mu muji wa Toulouse. Uyu mwana w’umukobwa bamusanze muhira iwe yapfuye, bamuzibaguye imbugita 62, ikiziga ciwe kirambaraye mu kiziba c’amaraso iruhande y’igitanda ciwe. Yagandaguwe bunyamaswa, ariko ntivyumvikana ingene uwamwishe yinjiye mu nzu yiwe kuko nta dirisha canke umuryango wabomowe. Nico gituma abakora amatohoza baguma bibaza : uyu mwicanyi yarazi Maureen, yinjiye gute ? Inyishu n’ingene vyagenze muri episode yuyu musi.
mostra meno
Informazioni
Autore William Guillaume Muringa
Sito -
Tag
-

Sembra che non tu non abbia alcun episodio attivo

Sfoglia il catalogo di Spreaker per scoprire nuovi contenuti

Corrente

Copertina del podcast

Sembra che non ci sia nessun episodio nella tua coda

Sfoglia il catalogo di Spreaker per scoprire nuovi contenuti

Successivo

Copertina dell'episodio Copertina dell'episodio

Che silenzio che c’è...

È tempo di scoprire nuovi episodi!

Scopri
La tua Libreria
Cerca