Ivyo Nabageze Vyose 43. Inyungu ziva mu guhomba 2
Scarica e ascolta ovunque
Scarica i tuoi episodi preferiti e goditi l'ascolto, ovunque tu sia! Iscriviti o accedi ora per ascoltare offline.
Descrizione
Iyo ugize ico uheba uraronka inyungu. Kugira Yesu aronke izina riri hejuru y'ayandi mazina yose yahawe amaze kurangiza igikorwa co gucungurira ivyaremwe vyose Imana Data, vyamusavye guheba gato ukuringanira n'Imana....
mostra di piùNkuko Yesu Yabikoze, natwe twicishe bugufi, harimwo inyungu nyishi.
- Ca bugufi usenge
- Ca bugufi usome ijambo ry'Imana uryige kugira rikuyobore
- Ca bugufi ukorere abandi
Emera uhombe harimwo inyungu.
Informazioni
Autore | John Niyondiko |
Organizzazione | John Niyondiko |
Sito | - |
Tag |
Copyright 2024 - Spreaker Inc. an iHeartMedia Company
Commenti